Kigali

Abatavugarumwe na Leta ya Kongo bateranye ngo bitoremo umukandida umwe

Amakuru   Yanditswe na: Nsanzimana Ernest 9 November 2018 Yasuwe: 863

Abatavuga rumwe na leta ya Republika ya Demokrasi ya Kongo bari mu nama muri Suisse barondera guhuriza ku mu kandida umwe yobaserukira mu matora yo mu kwezi kuza.

Aba barongozi baserukiye imigambwe itavuga rumwe na leta, biyemeje ko itariki ya 15 z’ukwa cumi na rimwe izoshika bamaze kwumvikana ku mukandida umwe.
Iyo nama ibera i Geneve irimwo kandi abakandida batatu bankiwe kwitoza mu matora y’umukuru w’igihugu hamwe n’abandi bane bemerewe kwitoza.

Umwe mu bagize umugambwe UDPS yavuganye na BBC ari i Geneve, yavuze ko abo banyepolitike barimwo Moise Katumbi, uwahoze ari buramatari w’intara ya Katanga na Felix Tshisekedi umukuru wa UDPS.

Barimwo kandi Vital Kamerhe uwahoze ari umukuru w’inama nshingamateka hamwe na Jean Pierre Bemba yahoze ari umushirikiranganji wa mbere.

Author : Nsanzimana Ernest

Nsanzimana Ernest ni Umwanditsi mukuru w’Ikinyamakuru Umuryango. Yatangiye gukorera iki kinyamakuru muri Nzeli 2016, afite Impamyabumenyi y’Icyiciro cya Kabiri cya Kaminuza (A0) mu Itangazamakuru n’Itumanaho yakuye muri Kaminuza y’u Rwanda Ishuri ry’ itangazamakuru n’ itumanaho

Ibitecyerezo

  • Log in

    Amategeko n'amabwiriza birkurikizwa


Inzindi nkuru

Kongo: Komisiyo y’ amatora yafashwe n’ inkongi hasigaye iminsi 10 ngo...

Mu gitondo cyo kuri uyu wa Kane tariki 13 Ukuboza 2018 ibiro bya Komisiyo...
13 December 2018 Yasuwe: 989 0

Dr Mukwege afite amakenga ko amatora ya Perezida wa Kongo azateza...

Umunyekongo uherutse kuronka igihembo kitiriwe Nobel, Dr Denis Mukwege,...
11 December 2018 Yasuwe: 778 0

‘Mu Bufaransa essence ikwiye kujya itangirwa ubuntu kuko yibwa muri Afurika’...

Mu gihe mu minsi ishize Perezida w’ u Bufaransa yari yasabye ko imisoro ya...
9 December 2018 Yasuwe: 2842 1

Jeannette Kagame yongeye guha abana b’ u Rwanda ’NOHELI’

Umufasha wa Perezida w’ u Rwanda yakiriye abana baturutse mu turere twose...
9 December 2018 Yasuwe: 1138 1

Perezida Trump yakinnye ku mu byimba Perezida Macron kubera imyigarambyo ya...

Perezida wa Leta zunze Ubumwe za Amerika Donald Trump aherutse gutera...
9 December 2018 Yasuwe: 1854 0

Uwahoze ari umunyamakuru yagizwe ambasaderi wa US muri Loni

Perezida Donald Trump wa Leta Zunze Ubumwe z’Amerika yagennye Heather...
8 December 2018 Yasuwe: 682 0