skol
fortebet

Ubushinwa bwakoze indege nini ifite ubushobozi kugwa hejuru y’ amazi

Yanditswe: Sunday 24, Dec 2017

Sponsored Ad

Indege nini cyane kw’isi ishobora kugwa no kuguruka iva ku mazi yo mu Bushinwa ya AG600, yakoze urugendo rwayo rwa mbere rw’isaha yose.
Iyo ndege nini ishaka kungana na Boeing 747 ifise imoteri 4, yagurutse iva ku kibuga ca Zhuhai mu ntara iri mu mu magepfo ya Guangdong.
Iyo ndege ishobora gutwara abantu 50, ikaba ishobora kuguma mu kirere amasaha 12.
Ifise ibikoresho byo kuzimya umuriro kandi ishobora gukora akazi ko gutabara abantu mu nyanja, no kujya mu karere.
Nk’ uko BBC yabitangaje (...)

Nk’ uko BBC yabitangaje ibimenyamakuru byo mu Bushinwa byise iyo ndege ko ari umunyezamu w’ inyanja n’ ikirere.

Ukuguruka kw’iyo ndege kwatangajwe imbonankubone kuri televiziyo y’ igihugu cy’ Ubushinwa abantu benshi bari bagiye kuyishungera bafite amabendera ubwo yagwaga.

Iyi ndege yakozwe mu gihe kingana ni imyaka umunani. Ifite uburemere bwa toni 53.3.

Hamaze kuboneka amasoko 17 yo gukora indege nk’iyo hagati mu gihugu cy’Ubushinwa.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Who are you?

Amategeko n'amabwiriza birkurikizwa