Abasirikare 3 ba ONU biciwe muri Mali

Amakuru   Yanditswe na: Iyamuremye Janvier 25 September 2017 Yasuwe: 671

Abasirikare bagera kuri batatu ba MINUSMA, b’ishyirahamwe mpuzamahanga ONU bagiye kubungabunga amahoro n’umutekano mu gihugu cya Mali biciwe mu majyepfo y’icyo gihugu kuri iki cyumweru tariki ya 24 Nzeri 2017.

MINUSMA yatangaje ko imodoka yarimwo abasirikare bayo bamuka mu gihugu cya Bangladesh yaciye ku gisasu cyari gitezwe mu gace gahuza umujyi wa Gao n’imihanda yo mu karere ka Anefis. Icyo gitero cyakomerekeje abandi basirikare batanu.

Nta mutwe w’iterabwoba uriyitirira icyo gitero, ariko gisa n’ibindi byakozwe n’umutwe w’iterabwoba wa al-Qaida muri ako karere.

Umunyamabanga mukuru wa ONU, Antonio Guterres, yaneguye icyo gitero mu itangazo ryasomwe n’umuvugizi wiwe, Stéphane Dujarric kuri iki cyumweru.

Abasirikare ba MINUSMA barenga 100 nibo kugeza ubu bamaze gupfira muri Mali, igihugu kiza ubwa mbere mu gutakaza abasirikare benshi mu mirwi 16 ya ONU ikwiragiye ku isi.

Author : Iyamuremye Janvier

Ibitecyerezo

  • Log in

    Amategeko n'amabwiriza birkurikizwa


Inzindi nkuru

Uganda: Umupadiri akurikiranyweho kwica abashinzwe umutekano...

Polisi ya Uganda yataye muri yombi abantu batanu barimo n’ umupadiri...
12 December 2017 Yasuwe: 328 0

Magufuli ababajwe cyane n’abasirikare be biciwe muri Kongo

Abasirikare 14 mu bari mu butumwa bw’amahoro muri Repubulika Iharanira...
9 December 2017 Yasuwe: 700 0

Juba: Abasirikare b’u Rwanda bambitswe imidali y’ishimwe na Loni-AMAFOTO

Ingabo z’u Rwanda, zo muri Rwanbatt1, ziri mu butumwa bw’amahoro mu Muryango...
9 December 2017 Yasuwe: 377 0

Congo: Inyeshyamba zivuganye abasirikare ba Loni 14

Abasirikare 14 mu bari mu butumwa bw’amahoro muri Repubulika Iharanira...
8 December 2017 Yasuwe: 931 0

Inyeshyamba ziriyongera mu burasirazuba bwa Congo kubera Kabila

Itsinda ryashyizweho n’ Umuryango Mpuzamahanaga Uharanira Uburenganzira bwa...
8 December 2017 Yasuwe: 1395 0

Nigeria: Generali wari uyoboye kurwanya Boko Haram yirukanwe

Igisirikare cyo muri Nigeria cyirukanye umusirikare wari uyoboye igikorwa...
8 December 2017 Yasuwe: 584 0