Umusirikare wa Koreya ya Ruguru wari utorotse yarashwe inshuro 40

Amakuru   Yanditswe na: Iyamuremye Janvier 14 November 2017 Yasuwe: 2316

Umusirikare wa Koreya ya Ruguru yatorotse avuye mu gace gacungiwe umutekano cyane gatandukanya Koreya zombi, yarashwe inshuro nyinshi, ubuzima bwiwe bukaba bugeze habi nk’uko Korea y’Epfo yabitangaje.

Kuri uyu wa mbere tariki ya 13 Ugushyingo 2017 nibwo uwo musirikare yambutse avuye ku ruhande rwa Korea Yepfo anyura mu kigwa cya Panmunjom

Yari mu modoka atwaye mu karere ibyo bihugu bibiri bifashanya kugenzura umutekano "Joint Security Area" (JSA) ariko azakugenda n’amaguru, nyuma y’uko ipine imwe ipfumutse nk’uko Koreya y’Epfo yavuze.

Abasirikare ba Koreya ya Ruguru bamurashe inshuro 40 ariko ashobora gucika abamutoye bamusanga munsi y’ibyatsi nk’uko BBC yabivuze.

Abantu bagera ku 1000 bavuye muri Koreye ya Ruguru bahungira muri Koreya y’Epfo muri uyu maka - ariko ni bake banyura mu karere kabujijwemwo ibikorwa bya gisirikare Demilitarised Zone (DMZ), ka kaba mbere gacungiwe umutekano ku isi.

Korea ya Ruguru n’iy’Epfo zisa n’izikiri mu mirwano , naho umwiryanye wari hagiti yabo warangiye mu 1953 mu masezerano yo guhagarika imirwano.

Abaganga bakuye amasasu atanu mu mubiri w’uwo musirikare, ariko bakibaza ko hari ayandi abiri yarakimurimwo

Author : Iyamuremye Janvier

Ibitecyerezo

  • Log in

    Amategeko n'amabwiriza birkurikizwa


Inzindi nkuru

Perezida wa Zimbabwe yari apfuye Imana ikinga ukuboko

Igisasu cyaturikiye aho Perezida wa Zimbabwe Emmerson Mnangagwa...
23 June 2018 Yasuwe: 3583 0

Drone z’ ubutasi zoherejwe gufata amashusho y’ ubuzima bwa Museveni mu icumbi...

Perezida Museveni wa Uganda yahagurukiye ikibazo cy’ utudege tudo tutagira...
22 June 2018 Yasuwe: 7400 0

Kugera aho Gen. Kayihura afungiye ntibyoroshye

Abasirikare bashyizeho amabwiriza agoye ushaka kugera aho Gen. Kale...
21 June 2018 Yasuwe: 5356 1

Uganda: Abadepite bashyigikiye ko Museveni aguma ku butegetsi bahawe...

Abadepite bo mu ishyaka riri kubugetsi muri Uganda NRM bashyigikiye ko...
21 June 2018 Yasuwe: 3585 1

Nyuma ya Gen. Kayihura abasirikare n’ abapolisi bakomeye barimo gufungwa...

Abantu 26 barimo abapolisi n’ abasirikare bamaze gutabwa muri yombi mu...
17 June 2018 Yasuwe: 6110 0

Umukwe wa Mugabe yatawe muri yombi nyuma yo gufungira mu biro umugore utari...

Umukwe wa Robert Mugabe wahoze ari Perezida wa Zimbabwe yatawe muri yombi...
9 June 2018 Yasuwe: 4103 0