Intiti eshatu za ISIS zishwe n’ingabo mpuzamahanga

Amakuru   Yanditwe na: Iyamuremye Janvier 30 September 2017 Yasuwe: 1498

Intiti eshatu z’umutwe zakoreshwaga mu ndege zitagira abapilote ( drone) zishwe n’ Abasirikare mpuzamahanga boherejwe kurwanya umutwe wa leta ya Kisilamu ISIS urwanira muri Irake na Siriya.

Umuvugizi w’izi ngabo mpuzamahanga Colonel Ryan Dillon yabwiye itangazamakuru ko umurwanyi Abu Muadh al-Tunisi, Sajid Farooq Babar na Abu Salman bose bishwe muri Nzeri uyu mwaka.

Abo barwanyi batatu bishwe bari bafite ubuhanga bwo guhindura drone zakorewe ubucuruzi bakazihindura iz’intambara.

Colonel Dillon yatangaje ko kuba ISIS ibuze abo bahanga ari igihombo gikomeye kuri uwo mutwe w’iterabwoba kuko izo ndege bazikoreshaga mu bikorwa byo kwica abasirikare mpuzamahanga baje kuwurwanya.

Author : Iyamuremye Janvier

Ibitecyerezo

  • Log in

    Amategeko n'amabwiriza birkurikizwa


Inzindi nkuru

Igiporisi cya Kenya cyahitanye babiri bari mu myigaragambyo

Abatavugarumwe n’ubutegetsi mu gihugu cya Kenya babiri bari mu myigaragambyo...
13 October 2017 Yasuwe: 1181 0

Somalia: Minisitiri w’Ingabo n’umugaba mukuru beguriye icyarimwe

Ubutegetsi bw’Igihugu cya Somalia batangaje ko Minisitiri w’ingabo,...
13 October 2017 Yasuwe: 1986 0

Perezida Museveni yahinduranyije ubuyobozi bw’ingabo za Uganda

Kuri uyu wa mbere tariki ya 09 Ukwakira 2017 Perezida wa Uganda, Yoweli...
10 October 2017 Yasuwe: 2496 0

Umusirikare umwe wa ONU yiciwe muri Congo abandi barakomereka

Umutwe w’Umuryango w’abibumbye ONU ushinzwe kugarura umutekano muri Republika...
9 October 2017 Yasuwe: 728 0

Accra yibasiwe n’iturika rya gaz ryahitanye batatu

Muri Ghana abantu batatu bahitanywe n’ibintu byaturitse cyane mu murwa...
8 October 2017 Yasuwe: 579 0

Malia Obama habuze gato ngo abe mu nzirakangane zishwe n’ umwicanyi w’ I Las...

Stephen Paddock warashe akica abantu 59 mu gitero cyabereye I Las Vegas...
8 October 2017 Yasuwe: 7749 0