skol
fortebet

Nigeria: Bombe yahitanye 15 i Maiduguri

Yanditswe: Monday 18, Sep 2017

Sponsored Ad

Igitero cy’amabombe cy’abiyahuzi cyahitanye abantu cumi na batanu, abandi batari bake barakomereka, uno musi ku wa mbere, mu majyepfo ashyira uburasirazuba bw’igihugu cya Nijeriya.
Icyo gitero cyabaye igihe harimo gukorwa igikorwa cyo gutanga ibifungurwa mu nkambi y’abataye izabo muri ako karere. Ako karere gakorerwamwo n’umutwe w’iterabwoba, Boko Haram.
Abakoze icyo gitero uko ari batatu bari abagore nk’uko bitangazwa n’umukozi w’ishyirahamwe ry’abagiraneza utashatse ko zina ryiwe rimenyekana. (...)

Sponsored Ad

Igitero cy’amabombe cy’abiyahuzi cyahitanye abantu cumi na batanu, abandi batari bake barakomereka, uno musi ku wa mbere, mu majyepfo ashyira uburasirazuba bw’igihugu cya Nijeriya.

Icyo gitero cyabaye igihe harimo gukorwa igikorwa cyo gutanga ibifungurwa mu nkambi y’abataye izabo muri ako karere. Ako karere gakorerwamwo n’umutwe w’iterabwoba, Boko Haram.

Abakoze icyo gitero uko ari batatu bari abagore nk’uko bitangazwa n’umukozi w’ishyirahamwe ry’abagiraneza utashatse ko zina ryiwe rimenyekana.

Ahabereye icyo gitero ni ku bilometero 20 umuntu avuye ku murwa mukuru w’intara ya Borno, Maiduguri.

Iyo ntara ikomeje guterwamo ibitero bitari bike by’umutwe wa Boko Haram kuva mu kwezi kwa kanama.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Who are you?

Amategeko n'amabwiriza birkurikizwa