skol
Kigali
Fortebet

Etiyopiya: Minisitiri w’intebe yahize gutsinsura umutwe OLA ashinja kwica abaturage

Amakuru   Yanditswe na: Joseph Iradukunda 8 July 2022

Minisitiri w’intebe wa Etiyopiya, Abiy Ahmed, yavuze ko agiye guhangana yivuye inyuma kandi agatsinda umutwe wiyemeje kubohoza abo mu bwoko bw’aba Oromo, (Oromo Liberation Army canke OLA).


Minisitiri w’intebe wa Etiyopiya, Abiy Ahmed, yavuze ko agiye guhangana yivuye inyuma kandi agatsinda umutwe wiyemeje kubohoza abo mu bwoko bw’aba Oromo, (Oromo Liberation Army canke OLA).

Awushinja kwica mu buryo butandukanye mu bitero bibiri biherutse guhitana abasivili mu byumweru bitatu bishize.

Mw’ijambo yashikirije inama nshingamategeko kuri uyu wa kane, Abiy Ahmed, yagaye ashikamye ubwicanyi bwakorewe ubwoko bw’aba Amhara. Yavuze ko ari ibikorwa by’ubunyamaswa byakorewe ikiremwa muntu.

Ibitero biheruka byabaye ku musi wa mbere muri zone ya Wellega y’uburengerazuba, mu ntara ya Oromia. Abahasize ubuzima ntibaramenyekana umubare

Ubu bwicanyi bwakurikiye ubundi bwabaye mu kwezi gushize. Imibare itangwa na leta yerekana ko abagabo bitwaje ibirwanisho bishe abanyagihugu 338 bo mu bwoko bw’aba Amhara.

Reta ya Etiyopiya yegeka ubwo bwicanyi bwose ku mutwe witwara gisirikare, Oromo Liberation Army cyangwa OLA. Uyu mutwe uvuga ko uriho urwanira ubwigenge bw’aba Oromo, ubwoko bwa mbere bufite abanyagihugu benshi muri Etiyopiya.

Author : Joseph Iradukunda

Ibitecyerezo

  • Who are you?

    Amategeko n'amabwiriza birkurikizwa


Inzindi nkuru

Impamvu zitambamira kohereza abimukira mu Rwanda zikomeje kwiyongera

Abaminisitiri bo mu Bwongereza bari bashyigikiye kohereza mu Rwanda abasaba...
17 August 2022 0

DR Congo: Perezida tschisekedi niwe ugiye kuyobora ibihugu SADC

Kuri uyu wa gatatu tariki ya 17-18 kanama 2022, I Kinshasa harabere inama...
17 August 2022 0

Perezida Kagame yashimiye Abanya Kenya uko bitwaye mu matora

Perezida w’u Rwanda, Paul Kagame yashimye uko Abanya-Kenya bitwaye mu bihe...
16 August 2022 0

Kenya: Raila Odinga yiyemeje gufata hasi no hejuru ibyavuye mu matora...

Raila Odinga wari uhanganye na William Ruto mu matora ya Perezida muri...
16 August 2022 0

Perezida Museveni‏ yashimiye William Ruto watorewe kuyobora Kenya

Perezida wa Uganda, Yoweli K Museveni yashimiye William Ruto watorewe...
16 August 2022 0

Ubushinwa buragirwa inama yo kutarakazwa n’itsinda ry’America muri...

Ku nshuro ya kabiri America yohereje irindi tsinda ry’abagize inteko mu...
16 August 2022 0